samedi 22 juin 2013

Que faire quand on se fait humilier par son propre pays ?

Pour s'indigner, Jean Paul Sartre, à l'époque, refusait prix Nobel et tous les honneurs. Bousso Dramé, elle, refuse un visa pour la France plutôt que d'être "traitéecomme une moins que rien". Je trouve que c'est un geste courageux d'une africaine qui refuse de vendre sa dignité. Je ne sais pas que si j'étais à sa place j'aurais le courage d'agir de la même façon. Etant donné que les fonctionnaires et les Etats africains ne traitent pas mieux leurs propres citoyens, on finit par s'adapter à l'humiliation. Si nous poussons au bout la logique de cette jeune femme sénégalaise et que nous l’appliquons face à l’humiliation que nous subissons chez nous , nous serions obligés de refuser les passeports de nos propres pays.
Cette jeune femme sénégalaise m’a rappelé l’histoire d’une compatriote vivant au Canada  qui, alors que je lui demandais si  elle comptait un jour retourner vivre et travailler au Burundi, m’a raconté comment elle a réalisé que le Burundi n’accorde pas de valeur à ses citoyens et que pour cette raison elle s’est juré qu'il faut qu’elle trouve dans sa vie une 2ème citoyenneté. Face à l’humiliation, chacun s’indigne à sa façon.

« non je ne rentrerai pas pour l'instant. je suis déjà retournée au Burundi 3 fois et chaque fois que j'y retourne je vois qu'il serait difficile pour moi de cohabiter avec la mentalité burundaise.
on dirait qu'ils veulent étouffer qui tu es et portent un jugement sur chaque chose et disent qu'ils savent ce qui est bien pour toi
J’étouffe quand je rentre.
donc non pas pour l'instant...je veux d'abord grandir ici en tant que personne
ici c'est possible de vivre ton vrai potentiel...parce que si tu travailles personne ne vient te mettre les bâtons dans les roues juste à cause de qui tu es.
jw navyumvise kuva ngishika kuri aeroport urumva ko ushitse pe
ukugene abantu bavuga, ingene bareagissa
people are rude over there
ino muri canada ushitse umuntu arakuvugisha nurupfasoni
nkuko il te souhaite la bienvenue
naho aba ariko arigirisha peu importe ça rend agréable l affaire
iburundi arakwitegereza d abord
et par son attitude akakwumvisha ko umukeneye koko
bose umenga bafise complexe d infériorité
mais ivyo benshi babona ni nka birya vya service à la clientèle
genre uragiye kugura impuzu hama ukabwira la vendeuse...manurira iriya ndabe
akikweeeeega, agateba akayizana
et âpres tu changes d'avis..uti zana iriya nayo ndabe...aho naho adaciye yimyoza
ubigize ubwa gatatu hari aho uza wumva ngo "uragura ntugura"
hahaha ntibabaho...generalement kandi uwo aba ari umukozi atari nyenevyo
ntabone ko ntaguz atazohembwa peut être
mais umwe wese ashaka kumvisha superiorité yiw ku bandi
nico gituma duha importance ama titres et pas ico umuntu amaze
moi ça m'a le plus frappé quand ils ont changé les passeports été 2011
et qu'ils ont décidé qu'après le 3 septembre 2011 si tu n'as pas le passeport tu ne voyageras pas
nari ndi iburundi kandi nari narahiye ko iyo passeport ntayirondera
namahera yose nari natahanye nari nayamaze
 1 sem avant que je vienne mama ambwira ati umenye ko utayirondeye utazova ngaha
canja kuyirondera ivyo nahaboneye sinzopfa ndavyibagiye
 il yavaut 4000 demandeurs alors qu'ils ne pouvaient produire que 100 passeports par jour
urumva yari akavurumayi
kuko abategerezwa gusubira inyuma bose bazirondereye rimwe
ugishika ntiwamenya naho uhera
munyama batubwira ngo urindire umusoda aza gusohokana amanumero uce utora inumero
nka 30 min après umwe arasohoka...twari turindiriye dans la cour
twese duca tumwiruka inyuma...
agaca yiruka ahantu plus loin tukabandanya tumukurikira nkabana biruka inyuma yumuntu afise des bonbons hahah
munyuma ukaja wumva...ngo mwese ni mutonde...mudatonze nta numero muronka
tukaja duca kumurongo nkabana bo muri primaire
muga bakamubaza none izo numero niza passeport canke laisser-passer
akavuga ngo ni passeport et 1min après ngo ni laisser-passer munyuma
agasubira agahindura kandi
hamwe ubura ico ugira
mais umwana wumugenzi aca ambwira ngo ingo twegere kumuryango quand mm
ati ibintu vyinumero ntituzopfa dushikiriw
turegera...hama hari umusoda ahagaze hagati mumuryango wa PAFE amaboko yiw ari tendu kugira abuz abantu kwinjira
 ngo babanze barindire babahamagare
wamwana ati reka tugume ngaha...
aho wasanga hari abavyeyi bavuga ngo umwana wanje afise indege après midi kugira aje kwishure
kuko effectivement udafise iyo passeport kuri aeroport baca bagusubiza inyuma
aho rero bamwe baguma basunika
kugira bashobore kurengana
hama à un moment donné uwo musoda aramanura amaboko 2 sec...et on s'est glissé à l'intérieur
hahaha wamenga turi muri film
mais icari kibabaje nukubona abantu bakuze bariko bagira amagendera amwe nkatwe
ntivyari biri respectueux na gato
à l'interieur il restait à trouver par où commencer kuko waja mu ma bureau nkane pour chaque étape
étape ya mbere turateba turatora ko ari kwiyandikisha...tu deposais un formulaire kugira bakwandike muri registre (à la main bien sur)
icanyishe...waja wumva uwo mu agent yaduts ngo Ntahimpera ni nde nkaca mvuga nti ni jewe
nzi ngo hari ico agira ambaze...nkaja mbona aranyitegereje nka pedt une minute hama agaca yandika dans son registre and then akansubiza mes papiers pour passer à la prochaine étape...narumiweeee
wihenze ukaba wanditse nabi waba ugowe
hari umuhungu umwe yari yihenze komine avukamwo
urazi abana bibujumbura...tumenyereye ama quartiers nama zone
uzanye komine duja dutakara
tuza twumva wa musoda aramuhamagaye...ngo we sha...komine naka wayibonye he? avuga cane ariko aramuridiculiza
wa muhungu ati ntavyo narinzi chef nimumbabarire
ako ka "chef" rero bagakunda kubi...
naho mumuryango tukirindiriy twaguma tukavuga kugira turabe ko yotureka ngo twinjir
urumva wibuts ko ari passeport bariko barakobligea kurondera...warufise iyindi igikenew
igikora irimwo na visa en plus
alors k iyabo iri vide ari juste kugira urengana aeroport ya buja...waca wumva usaze mumutwe
ugaca wibuka amahera bariko barayitangisha
aho rero uriko usaba laisser passer ukagira ico ubajij...waca wumva ngo laisser passer niyo uriko uravugira ngo nari nzi ngo ni passeport yoyo
mxxxiou
aho na muka Domitien, muka Minani, nabandi bategetsi bahahoze
bose twari kumwe muri ako kavurumayi
ukumva ariwe umaramaye mu kibanza cabo
le plus grave nuko tout le monde considère que cet état des choses est normal
bigenga vyunyuka hama abantu bakabandanya baba aba experts mu kwiyadapta kuri vyo
ni hatariiii
uciye ubona rero nya bahindi bazikora bariko baritemberera..et tu realises que toutes ces info aussi importantes sur la population d'un pays y compris leurs empreintes digitales sont aux mains d'étranger
ucubona ko igihugu kigwaye kweli
je narinzi ko nashoboye kuyideposa ari bon
alors k kuja kuraba ko bayikoze ari iyindi ngwano
surtout kuko utazi uwo ubibaza
nayironse le matin mm yumusi ngenda
la veille nari niriwe muri PAFE kuva 7h30 du matin gushika 21h du soir
ndinda ntaha ntazi si le lendemain nzoshobora kuvoyagea ou pas
hamwe nsigara ndibaza nti comment un pays peut rendre prisonnier ses propres citoyens
bazogiteza imbere
et j'ai réalise qu'être burundais n'a pas de valeur...aucune valeur
car si tu n'as pas de valeur pour ton propre pays igisigaye niki ?
et je me suis juré qu'il faut que je trouve dans ma vie une 2ème citoyenneté
si le canada veut de moi, je prendrai leur citoyenneté.
kuko hagushikiye ikintu...nta burundi buzoza kugufasha alors que les autres pays remuent ciel et terre pour essayer de sauver leurs otages, ou les leurs qui sont aggréssés à l'exterieur
ntushobora kwibaza ingene vyari bibabaje uwo musi nirirwa muri PAFE kubona abasoda bafise des plaies sur leurs jambes bamwe avec des platres ou ivyuma bisohoka de leurs jambes birigwa bahagaz kugira baronke passeport ntibarate indege zabo parce qu'ils viennent d'avoir la chance d'aller recevoir des soins à l'exterieur
kandi abo bose baruhiye gurata leurs vols kuko bagenda mu gatondo et moi ma chance nuko nari mfise indege yo mwijoro
kandi mpejeje kurengana Buja iyo passeport naciye ndanayibika ntaho nasubiye kuyerekana vu que yari vide ata na visa nimwe yarimwo
asha navuyeyo ishavu ryanyishe gushika
mais j'aime mon pays
et je vais garder ce qu'ils offrent de mieux, dans la culture, la langue, etc

c’est mon identité ».

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire